Wednesday, August 6, 2008

Mu Minago ni murabe amarobe

Marowe wa zee 250 tu

Taxi moto


Garage toyota yo mubuyenzi


Välkommen till Buyenzi


Mambo ya buyenzi..

Saga Plage

Kuri saga plage...

Kuri Brarudi....
Nimurabe ku gasozi kakure.

hatujasahau kwetu au sio.. wapi sasa hapa?

Tuesday, August 5, 2008

ama pengar

Ama euro yo muburundi

BCB


Ibanki ya BCB

Novotel


Hotel Novotel i Bujumbura

Parking

Parking yama bus.. Buyenzi kinama ngagara kinindo kanyosha tugende.. 300

Isoko rya Bj


Isoko nkuru rya bujumbura kuri parking
soko kuu ya bj..Parking

Kirinyota mugenzi


Inyota mutama hehe raba rana za Primus z' iwacu
ni balaa kata kui hiyo

Telecel

Mbega ngaho nihe murahibuka?
wapi hapo mnapakumbuka wa mzee..

ni murabe


ni murabe ikigali ukuntu hasa hewe bujumbura waragowe
hii ni picha ya mji wa kigali je buja vipi?

Kigali

Aeroport International y' ikigali

Jose Chameleon

Concert ya Jose Chameleon i Stockholm

Sunday, August 3, 2008

umuvyeyi


abarundi muri mumahanga mutwibuke inzara ishaka kutwica
Mama akimpa chakula mtoto wake njaa kali.

habari

ndugu zangu na marafiki zangu hii ni blogg yenu itakuwa ikiwaletea habari za burundi na east africa kwa ujumla kuhusu michezo, habari za udaku, na habari za ma star wa Burundi na east africa pia na maisha burundi kwa ujumla. hii blogg sio ya kisiasa ni ya jamiii. please dont write about pilitics.
kama unahabari yeyote au party wewe niandikia na mimi nitairusha hewani.
ni mimi kizito de sweden.

manjonjo

iyi blogg ni gwanyu izobaha amakuru meza yo m' uburundi nka sport no kuvyereke ubuzima bwabarundi baba mumahanga no m' Uburundi. Kandi nzohora nshirako amafoto ya bastar bo muburundi na East afrique nti nkuru zabo. abantu bose bafise fete canke urubanza mwoshobora namwe kunyandikira, woshobora no kundungikira amafoto ya anniversaire iyi site canke blogg siya politique .
iyi blogg ni ya kizito de sweden.