Sunday, August 3, 2008

manjonjo

iyi blogg ni gwanyu izobaha amakuru meza yo m' uburundi nka sport no kuvyereke ubuzima bwabarundi baba mumahanga no m' Uburundi. Kandi nzohora nshirako amafoto ya bastar bo muburundi na East afrique nti nkuru zabo. abantu bose bafise fete canke urubanza mwoshobora namwe kunyandikira, woshobora no kundungikira amafoto ya anniversaire iyi site canke blogg siya politique .
iyi blogg ni ya kizito de sweden.

1 comment:

Anonymous said...

Petit frèrs ulisha fika mbali!!!!!
Aka kanya uza maze gushika aha? Tere imbere mwana wa mama, hama uzoje uramensha amakuru yose y'uburundi mundimi zose uzi kuko nsinke, bikazofasha kubantu benshi bifuza kumenya u Burundi. Ivyo utazi navyo k'uburundi uratwegera twebwe abakurambere twakuboneye i zuba.

Yari Grand Frère

IssNk